Yakobo 4:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Ahubwo, mwari mukwiye kuvuga muti: “Umwami niyabishaka, tuzobaho dukore ibi na biriya.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Ariko mwari mukwiye kuvuga, mut’ Umwami wacu ni yabikunda, tuzoramba, kandi tuzokora durtya canke durtya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |