Yakobo 3:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Canke reka dufate akarorero ku bwato. Naho bwoba bunini gute kandi bukubebwa n’imiyaga ikomeye, ingafe ntoya ni yo ibutumbereza iyo uwubuyobora ashaka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Kandi rāba, n’amāto naho yoba maninimanini ate, agakubebga n’umuyaga uhuhuta cane, ingafe nah’ ari nto‐nto cane ni zo ziyerekeza, ah’ abayatumbereza bagomba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |