Yakobo 3:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Muri mwebwe ni nde ari umunyabwenge kandi atahura? Navyerekane mu ngeso nziza ziwe, no mu bikorwa vyiwe birangwa no guca bugufi kuva ku bwenge bw’ukuri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Ni nde muri mwebge w’umunyabgenge kandi w’umuhanga? Ni yerekanishe ibikorwa vyiwe ingeso nziza mu bugwaneza bufatanije n’ubgenge. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |