Yakobo 2:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Ariko, nimwaba mukirobanura abantu ku butoni, muzoba mucumuye kandi mutsinzwe n’urubanza rw’uko murenga ku vyagezwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Arikw iyo murobanuye abantu ku cubahiro, muba mukoze icaha, mutsinzwe n’ivyagezwe ko mubaye abanyabicumuro. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |