Yakobo 2:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Iyo mwitayeho cane wa wundi yambaye neza mukamubwira muti: “Ehe ng’iki ikibanza ciza canyu,” ariko mukabwira wa mukene muti: “Wewe hagarara harya” canke muti: “Icara hasi i ruhande y’ibirenge vyanje,” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 namwe mukitegereza uwambaye impuzu zishajije, mukamubarira, muti Ni wicare hano heza; kandi mukabarira nya mworo, muti Weho hagarara hariya, cank’ icara hambavu y’ibirenge vyanje; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |