Yakobo 2:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Kandi muri iyo ntumbero nyene, mbega Rahabu maraya ntiyemewe nk’uwugororotse bivuye ku vyo yakoze igihe yaha indaro ba batasi kandi akabarungika abacishije mu yindi nzira? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Kandi na Rahabu maraya ni ko vyabaye: mbega ntiyatsindanishirijwe n’ibikorwa kuko yahaye za ntumwa indāro, akazirangira iyindi nzira? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |