Yakobo 2:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Urabona rero ko ukwizera kwiwe n’ibikorwa vyiwe vyose vyakoreye hamwe, ukwizera kwiwe kukuzuzwa n’ibikorwa yakoze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Ntubona yuk’ ukwizera kwafatanije n’ibikorwa vyiwe, kandi k’ukwizera kwahīngūwe rwose n’ibikorwa? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |