Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yakobo 2:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Nk’akarorero hinjiye umuntu mw’ikoraniro ryanyu yambaye impeta y’inzahabu n’impuzu nziza, hakinjira n’uwundi yambaye impuzu zishize.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Mw isinagogi yanyu ni hinjiramw’ umuntu yambaye impeta y’izahabu n’impuzu zishajije, hakinjira n’umworo yambaye impuzu mbi y’ubuhoma,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yakobo 2:2
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko se aca abarira abakozi biwe ati: ‘Nimwihute muzane ikanzu nziza iruta izindi muyimwambike, mumwambike n’impeta ku rutoke, n’ibirato ku birenge.


Herode n’abasoda biwe baca batangura kumushinyagurira no kumucokora. Baca bamwambika impuzu y’ubwami, baramurungika asubira kwa Pilato.


Iyo mwitayeho cane wa wundi yambaye neza mukamubwira muti: “Ehe ng’iki ikibanza ciza canyu,” ariko mukabwira wa mukene muti: “Wewe hagarara harya” canke muti: “Icara hasi i ruhande y’ibirenge vyanje,”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ