Yakobo 2:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Uvuga ko ufise ukwizera kuko wizera ko hari Imana imwe. Ivyo ni vyiza! Ariko n’abadayimoni ivyo baravyizera, mbere bakanajugumira kubera gutinya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Wemera yukw Imana ar’ imwe. Ugize neza; abadayimoni na bo nyene baravyemera, bagahinda agashitsi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |