Yakobo 2:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Kuko Imana mu guca imanza, abatazogirirwa imbabazi ni abanse kuzigirira abandi. Ariko abagira imbabazi bazozigirirwa, kuko imbabazi zirengeye urubanza! အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Kuk’ urubanza rutagirira akagongwe ūtāgize akagongwe. Ariko mu rubanza ikigongwe kiratsinda. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |