7 Umeze atyo ntiyitege ko hariho ico azoronka kivuye ku Mwami Imana;
7 Uyo muntu yoye kwiyumvira kw ari n’ic’ azohabga n’Umwami Imana,
Ariko igihe asaba, abe yizeye adakekeranya, kuko umuntu akekeranya ameze nk’umupfunda wo mu kiyaga, uhuhwa kandi uzungagizwa n’umuyaga.
kuko ntiyiyeguriye Imana, afise imitima ibiri, ntashikamye mu kintu cose akora.
Mbere n’iyo musavye ntimuhabwa, kuko musaba mufise intumbero mbi, mushaka gukoresha ivyo muronse mu bihimbaro vyanyu.