Yakobo 1:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Ukwihangana kumaze gukura, guca guheraheza igikorwa cakwo kugira ngo mubeho muri abantu bakuze kandi mukwije vyose, ata co muhajije. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Arik’ ukwihangana gukwiye guhīngūra igikorwa cakwo, ngo mubone gutungana rwose muhīngūwe, mudahajije na kamwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |