Yakobo 1:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Abiyumvira ko bemewe kubera idini ryabo, ariko ntibirinde mu vyo bavuga, baba bihenda kandi kuba mw’idini kwabo nta co bimaze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Umuntu ni yigira ngo n’umunyedini, ntafate ururimi, arikw agahenda umutima wiwe, idini y’uyo izoba ar’ iy’ ubusa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |