Yakobo 1:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Ariko uwusuzuma neza ivyagezwe bitunganye kandi bitanga umwidegemvyo, hanyuma agashishikara kubikora, ntiyibagire ivyo yumvise, ariko akabishira mu ngiro, uwo ni we azohabwa umugisha mu vyo akora. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Ariko, uwitegereza ivyagezwe bitunganye rwose, ari vyo vy’umwidegemvyo, akabishishikara, atar’ uwumva akavyibagira, arikw ar’ ūbikora, ni we azohabga umugisha mu vy’ akora. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |