Yakobo 1:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Nuko rero, mwitandukanye cane n’ibintu vyose bishobora kubanduza, hamwe n’ikibi cose, mwemere muciye bugufi ijambo ritewe muri mwebwe, rifise ubushobozi bwo kubarokora. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Nuko rero, mwiyambure imyanda yose n’ububi busigaye, mwākīrane ubugwaneza ijambo ritewe muri mwebge, rishobora gukiza ubugingo bganyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |