Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yakobo 1:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 kuko ukuraka kw’umuntu kutamushikana ku bugororotsi Imana ishaka.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 kuk’ uburake bg’umuntu budakora ivy’ ukugororoka kw’Imana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yakobo 1:20
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ariko jeho ndababwira ko umuntu wese ashavurira mwenewabo aba akwiye gucirwa urubanza kandi uwubwiye umuvukanyi ngo: Wa mburabwenge we, aba akwiye guhanwa n’abacamanza. Kandi uwubwiye umuntu ngo: Wa musazi we aba akwiye gutererwa mu muriro wa Gehinomu.


“Ugushavura kwanyu ntikubakoreshe icaha,” kandi izuba ntirirenge mugishavuye,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ