Yakobo 1:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Ingabire yose nziza kandi itunganye iva ku Mana Data, yaremye umuco wose wo mw’ijuru, kandi muri we ntihigera habaho guhindagurika kurya kw’igitutu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Gutanga kwose kwiza, n’ingabire yose itunganye rwose biva mw ijuru, vyururuka biva kuri Se w’imico, adashobora guhinduka canke kugira igitūtu gitewe n’uguhindagurika. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |