Yakobo 1:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Ivyo vyipfuzo bimaze gutwara inda, bivyara icaha. Icaha na co kimaze gukura, kikavyara urupfu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Maz’ ukwo kwifuza gutwara inda, kukavyara icaha, icaha kimaze gukura kikavyara urupfu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |