Tito 3:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Abantu bacu bakwiye kwiga kwitangira ibikorwa vyiza, kugira ngo bashobore gufasha mu bikenewe, ubuzima bwabo ntibube ubutagira ikimazi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Kand’ abacu na bo ni bige kugumya gukora ibikorwa vyiza ngo babone kumara ubukene ababikwiye rwose, kugira ngw abacu ntibabe ibirumbirane. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |