Tito 2:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Muri vyose ubabere akarorero mu gukora ivyiza. Ivyo wigisha vyose bibonekemwo ubwizigwa no kudafata ibintu minenegwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 nawe ubgawe wiyerekane muri vyose nk’icitegererezo c’ibikorwa vyiza, ugire ukwigisha kudatosekaye, ube inyankamugayo, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |