Tito 2:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 kuganza ingeso zabo kandi babe abatanduye, biteho ivy’ingo zabo, bagire ubugwaneza, bubahe abagabo babo, kugira ngo ntibatukishe ijambo ry’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 no kudahugumba, no kwirinda ubgēruzi, no kwubaka ingo zabo, no kuba inda nziza, bagororokere abagabo babo, kugira ngw ijambo ry’Imana ntiritukwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |