Tito 2:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Ni we yatwitangiye, araducungura kugira ngo tuve mu bubi bwacu bwose, atugira ubwoko bwejejwe yiharije, bufise ishaka ryo gukora ivyiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 yatwiguze kugira ngw aducungure, adukūrekw ivyo twagabitanije vyose, kandi yihumanurire ubgoko ngo babe icibare ciwe, barwane ishaka ry’ibikorwa vyiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |