Tito 2:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Ariko weho wigishe ibihwanye n’inyigisho z’ukuri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Ariko weho uvuge ibihwanye na kwa kwigisha kuzima. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Woba wahawe ingabire yo kuvuga? Uvuge nk’aho Imana ari yo iriko ivugira muri wewe. Woba wahawe ingabire yo gufasha abandi, bikorane inkomezi zose Imana itanga. Ivyo bizotuma muri vyose Imana ihabwa icubahiro mw’izina rya Yesu Kristo. Icubahiro cose n’ubushobozi bibe ivy’Imana ubu n’ibihe bidashira! Amen.