Tito 1:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Ariko akwiye kuba uwukunda kwakira abantu i muhira iwe, akunda kugira neza, aganza ingeso ziwe, agororoka, yejejwe kandi yirinda. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 arikw abe ūkunda gutanga indāro, akunda ivyiza, adahugumba, agororoka, yera, yirinda, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |