Tito 1:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Umurongozi w’ishengero ategerezwa kuba inyankamugayo, umugabo afise umugore umwe, abana biwe bizera kandi batazwi nk’abigenza nabi canke abagarariji. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 ar’ umuntu atabonekak’ umugayo, afise umugore umwe gusa, afise abana bizera, bataregwa kw ar’ ibihumbu cank’ ibiganda. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |