Tito 1:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Bigira abazi Imana ariko ibikorwa vyabo bikagaragaza ko bayihakana. Ni abo kwankwa, ntibumvira kandi nta gikorwa ciza na kimwe bashoboye gukora. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Bavuga yuko bazi Imana, ariko bayihakanisha ivyo bakora; n’abo kwankwa urunuka, n’abatumvira Imana, no mu bikorwa vyiza vyose nta co bamaze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |