Tito 1:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Bakwiye kuzibwa iminwa kuko bariko basambura inzu y’Imana mu kwigisha ivyo batari bakwiye kwigisha, kandi ivyo babikora ku bw’inyungu zabo mbi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 bakwiye kuzibga iminwa, kuko har’ imiryango bagwisha igahenebera, bigisha ibidakwiye kubg’ inyungu mbi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |