Tito 1:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Jewe Pawulo, umukozi w’Imana n’intumwa ya Yesu Kristo ku bw’ukwizera kw’abatoranijwe n’Imana n’ukumenya ukuri gushikana ku kugororoka, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Paulo, umugurano w’Imana, intumwa ya Yesu Kristo, mbihērewe kwizeza abo Imana yatoranije no kwigisha kumenya ivy’ ukuri gufatanije n’ukwubaha Imana; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |