Matayo 9:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Yesu avuye aho, abona umutozakori yitwa Matayo yicaye aho yatoreza ikori, amubwira ati: “Nkurikira.” Matayo aca ava hasi, aramukurikira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Yesu ahavuye, abona umuntu yitwa Matayo, yicaye aho yatoreza ikibuguro. Aramubarira, ati Nkurikira. Ava hasi, aramukurikira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |