Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 9:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

28 Ashitse mu nzu, za mpumyi ziramwegera; hanyuma arazibaza ati: “Murizeye ko nobahumura?” Ziti: “Egome Mwami, turavyizeye.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

28 Ashitse mu nzu, za mpumyi ziza kuri we. Maze Yesu arazibaza, ati Murizeye ko nshobora kubikora? Na zo zit’ Ego me, Mushingantahe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 9:28
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uwo musi nyene, Yesu arasohoka ava mu nzu, aja ku nkengera y’ikiyaga, yicaraho.


Hanyuma Yesu asiga abantu ngaho, yinjira mu nzu. Abigishwa biwe baza aho ari, bamubwira bati: “Dusigurire umugani w’urwamfu mu murima.”


Aho hantu Yesu ahakorera ibitangaza bike kuko abantu baho ata kwizera bari bafise.


Yesu aca aja i muhira kwa Petero, asanga inabukwe wa Petero ari mu buriri, arwaye kandi ashushe cane.


Maze haza umuntu arwaye imibembe, apfukama imbere yiwe, amubwira ati: “Mwami, ubishatse, woshobora kunkiza ngahumanuka.”


Yesu arahindukira, amubonye aramubwira ati: “Humura, mwana wanje, ukwizera kwawe kuragukijije.” Ubwo nyene uwo mugore aca arakira.


Yesu avuye aho, impumyi zibiri ziramukurikira zisemerera, ziti: “Tugirire imbabazi Mwana wa Dawidi!”


Nuko azikora ku maso avuga ati: “Bibabere nk’uko mwizeye.”


Umuntu wese aba muri jewe kandi akanyizera ntazokwigera apfa. Ivyo uravyizera ga Marita?”


Yesu aramubwira ati: “Sinakubwiye ko niwizera uja kubona ubwiza bw’Imana?”


Nuko yumviriza Pawulo ariko arigisha, Pawulo na we aramwihweza, abona afise ukwizera kwotuma akira.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ