Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 9:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Bamaze gusohoka, arinjira amufata ukuboko, wa mwana aca aravyuka.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Abantu bamaze guhindirwa hanze, arinjira, amufata ukuboko, umukobga aravyuka.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 9:25
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko Yesu yegera aho aryamye, amufata ukuboko, aramuhagurutsa. Bwa bushuhe buca burahera, aca arabazimana.


Amufata ukuboko aramubwira ati: “Talita Kumi!” (bisigura ngo: “Gakobwa, ndakubwiye nti vyuka!”)


Nuko afata ukuboko ya mpumyi ayijana inyuma y’imihana. Ahejeje gucira amate ku maso ya ya mpumyi, ayirambikako ibiganza, arayibaza ati: “Hari ikintu ubona?”


Ariko Yesu amufata ukuboko aramuhagurutsa, maze wa mwana arahagarara.


Yesu aca afata ukuboko kwa wa mukobwa, amubwira ati: “Mwana wanje, vyuka!”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ