Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 9:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 Yesu ashitse mu nzu kwa wa mukuru w’isinagogi, abona abantu bavuza imyironge n’isinzi ry’abantu bavuza induru.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Yesu ashikiriye inzu y’uwo mukuru, abona abavuza imyironge n’abantu benshi bakoma induru,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 9:23
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

‘Twabavugirije umwironge, ariko ntimwatamba; hanyuma tubaririmbira iz’ikigandaro ntimwarira.’


Bameze nk’abana bicaye ku mbuga, bahamagara bagenzi babo bakababarira bati: ‘Twabavugirije umwironge, ariko ntimwatamba; hanyuma tubaririmbira iz’ikigandaro, ntimwarira.’


Maze Pawulo arururuka, amwubamako, aramubumbatira, avuga ati: “Ntimuhagarike imitima, ni muzima!”


Nuko Petero arahaguruka asubirana unyuma na bo. Bashitse baca bamutwara muri cuba co hejuru. Abapfakazi bose baraza bakikuza Petero bararira, bamwereka amakanzu n’izindi mpuzu Dorukasi yari yarabakoreye akiri kumwe na bo.


Nta bavuza inanga, abaririmvyi, abavuza imyironge canke inzumbete bazosubira kwumvikana muri wewe. Nta bakora utugenegene tw’ubwoko na bumwe bazoba bakiboneka muri wewe. Nta jwi ry’urusyo rizosubira kwumvikana muri wewe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ