Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 9:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Umugore yari amaranye imyaka cumi n’ibiri ingwara yo mu gitereko yo kuva amaraso, yegera Yesu amuturutse inyuma, akora ku musozo w’impuzu yiwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Bun’ umugore arwaye ubutinyanka, yar’ abimaranye imyaka cumi n’ibiri, amuturuka inyuma, akora ku buyonga bg’impuzu yiwe;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 9:20
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze baramwinginga ngo yemerere abarwaye bapfume bakora no ku musozo w’impuzu yiwe, kandi ababukorako bose baca bakira.


Ivyo bakora vyose, babikora kugira ngo biyerekane. Bambara udusaho turimwo imirongo y’Ivyagezwe mu ruhanga no ku maboko kandi n’imisozo yo ku mpuzu zabo bakayigira miremire gusumvya abandi.


Yesu aca arahaguruka ajana na we n’abigishwa biwe.


Kandi aho yaja hose, haba mu mihana, mu bisagara canke mu misozi, abantu bazana abarwaye babo bakabashira ahabona, maze bakamwinginga ngo abareke bakore ku musozo w’impuzu yiwe, kandi ababukorako bose baca bakira.


Bashitse i Betesayida, bamuzanira impumyi baramwinginga ngo ayikoreko, ayikize.


gushika aho n’igitambara canke impuzu yakozeko abantu babikoza ku barwaye, bagakira ingwara n’ababoshwe n’impwemu mbi zikabavamwo.


Vyatuma kandi abantu benshi bama bazana abagwaye bakabaryamika mu nderuzo no ku birago i ruhande y’inzira, kugira ngo Petero arenganye igitutu ciwe gipfume kibacako.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ