Matayo 8:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe34 Ubwo nyene abantu bose bo muri ico gisagara baja gutegera Yesu, bamubonye baramwinginga ngo abavire mu ntara. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 Abo mur’ ico gisagara bose baja gusanganira Yesu. Bamubonye, baramwinginga ngw ave mu ntāra yabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |