Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 8:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

33 Abari baragiye izo ngurube baca bariruka barahunga; baja mu gisagara kuvuga ivyabaye, n’ivyashikiye ba bantu babiri bahora baboshwe n’abadayimoni.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

33 Abāziragira barahunga; bashitse mu gisagara bavuga ivyo babonye vyose n’ivy’ abāri binjiwemwo n’abadayimoni.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 8:33
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko inkuru ziwe zikwiragira hose, gushika no muri Siriya. Bamuzanira abarwayi bose: abafise ububabare butandukanye, ababoshwe n’abadayimoni, abarwaye intandara, hamwe n’abatikakaza kubera bababara mu mubiri; bose arabakiza.


Ku mugoroba, bazanira Yesu abantu benshi baboshwe n’abadayimoni. Yirukana izo mpwemu mbi mu kuzitegeka, azikura mu bantu kandi akiza abarwaye bose.


Yesu arababwira ati: “Nimugende!” Baca bava muri abo bantu, bitera muri za ngurube. Ubwo nyene wa mukuku wose w’ingurube uca wiruka umanuka, zisuka mu kiyaga zicwa n’amazi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ