30 Hafi y’aho hari umukuku munini w’ingurube zari ziragiwe ku musozi.
30 Kure yabo hār’ umukuku w’ingurube nyinshi zirisha.
Ntimugahe ivyera vy’Imana imbwa, kandi ivy’agaciro kanini vyanyu, ntimukabiterere ingurube, kuko zohava zibihonyanga, hanyuma zikabahindukirira zikabatabagura.
Bamubonye, abo badayimoni baca barasemerera bati: “Uturonderako iki ga Mwana w’Imana? Uje kutubabaza kandi igihe cacu kitaragera?”
Abo badayimoni binginga Yesu bati: “Ugomvye kutwirukana, twemerere tuje muri ziriya ngurube.”
Hafi y’aho, hari umukuku w’ingurube zari ziragiwe ku musozi.
Hafi y’aho hari umukuku w’ingurube nyinshi zari ziragiwe ku musozi. Abo badayimoni binginga Yesu ngo abarungike muri izo ngurube, maze arabemerera.