25 Abigishwa biwe baramukangura bataka bati: “Mwami dukize, turapfuye!”
25 Baraza baramukangura, bati Mugenzi, dukize, turapfuye.
Maze haza umuntu arwaye imibembe, apfukama imbere yiwe, amubwira ati: “Mwami, ubishatse, woshobora kunkiza ngahumanuka.”
Ubwo nyene haza umuyaga w’igihuhusi mu kiyaga, ku buryo imipfunda yariko irisuka mu bwato; kandi ico gihe Yesu yari asinziriye.
Akiriko aravuga ivyo, haza umukuru w’isinagogi apfukama imbere yiwe amubwira ati: “Umwana wanje w’umukobwa ahejeje gupfa, ariko woza ukamurambikako ibiganza, yosubira akaba muzima.”
Abigishwa baca baja kumuvyura bavuga bati: “Mwigisha, mwigisha, turapfuye!” Nuko aravyuka akankamira uwo muyaga n’imipfunda, igihuhusi kirahagarara, ubwo nyene haba agahwekere!