Matayo 8:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Maze haza umuntu arwaye imibembe, apfukama imbere yiwe, amubwira ati: “Mwami, ubishatse, woshobora kunkiza ngahumanuka.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Maz’ umunyamibembe aza kuri we, aramupfukamira, ati Mugenzi, ukunze, woshobora kumpumanura. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |