Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 8:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 Umwe mu bigisha b’ivyagezwe aca aramwegera amubwira ati: “Mwigisha, nditeguye kugukurikira aho uja hose.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Haza umunyabgenge w’ivyanditswe, aramubgira, ati Mwigisha, ndagukurikira ah’ uja hose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 8:19
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko rero, umuntu wese muri mwebwe adaheba ivyiwe vyose, ntashobora kuba umwigishwa wanje.


None umunyabwenge ari he? Umwigisha w’ivyagezwe ari he? Umunyabihari w’iki gihe ari he? Mbega Imana ntiyafashe ubwenge bw’iyi si ikabuhindura ubujuju?


Ndashobora kuzomarana namwe igihe, mbere nshobora kuhamara igihe c’imbeho nyinshi cane, kugira ngo muzomfashe ku bijanye no kubandanya urugendo, iyo nzoba ngiye hose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ