Matayo 8:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Ivyo yabikoze kugira ngo ijambo uwavugishwa n’Imana Yesaya yavuze rishike, aho yavuze ati: “Yikoreye ubumuga bwacu, yishirako ingwara zacu zose.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 ngw ivyavuzwe n’uwavugishwa n’Imana Yesaya biboneke, ng’ Ubgiwe ni we yatwara ubumuga bgacu, akikorera n’indwara zacu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |