Matayo 8:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Ku mugoroba, bazanira Yesu abantu benshi baboshwe n’abadayimoni. Yirukana izo mpwemu mbi mu kuzitegeka, azikura mu bantu kandi akiza abarwaye bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Ku kagoroba, bamuzanira benshi binjiwemwo n’abadayimoni; izo mpwemu mbi azirukanisha ijambo, akiza abāri barwaye bose, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |