Matayo 7:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Ni kuki ubwira mugenzawe uti: ‘Reka ndagutosore akatsi kari mu jisho,’ kandi wewe ugendana inkingi y’igiti mu ryawe? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Wobgira ute mugenzawe, uti Zana ngutosore akabango kari mu jisho ryawe, nawe ufise inkingi mu jisho ryawe? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |