Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 7:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

29 kuko yigishanya ububasha, mu buryo butandukanye n’ubw’abigisha b’ivyagezwe babo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 kuko yabigisha nk’ūfise ububasha, ntase n’abanyabgenge b’ivyanditswe babo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 7:29
23 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Yesu arabegera, ababwira ati: “Nahawe ububasha bwose mw’ijuru no mw’isi.


Ndababwire ukuri, ukugororoka kwanyu niyo kutaruta ukw’abigisha b’Ivyanditswe n’ukw’Abafarisayo, ntimuzoruha mwinjira mu Bwami bw’ijuru.


Ariko jeho ndababwira nti umuntu wese araba umugore akipfuza gusambana na we aba yamaze gukora ico caha mu mutima.


Ariko jeho ndababwira yuko umuntu wese yirukana umugore wiwe atamuhoye ubusambanyi, aba amutumye gusambana kandi ko uwurongoye umugore yahukanye, na we aba asambanye.


Jeho ndababwiye nti: mukunde abansi banyu kandi musengere ababagirira nabi,


Yesu amaze kuvuga ivyo, abantu batangazwa n’inyigisho ziwe;


Nuko Yesu ava kuri uwo musozi, amanukana n’abantu isinzi bamukurikiye.


Yesu na we arabwira ati: “Nanje sindababwira aho ububasha butuma nkora ibi buva.”


kuko nzobaha amajambo n’ubwenge bizotuma abababuranya badashobora kubahaririza canke ngo babahinyuze.


Ariko ntibashobora guhagarara imbere y’ubwenge bwiwe hamwe n’Impwemu yamuvugisha.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ