Matayo 7:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Muzobamenyera ku vyo bama, ari vyo bikorwa vyabo. Nta wokwamura inzabibu ku bisaka vy’amahwa, canke insukoni ku mitobotobo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Muzobamenyera ku vyo bama. Mbega har’ uwokwamura inzabibu ku munyinya, cank’ insukoni ku bitovu? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |