Matayo 7:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Muce mw’irembo ryaga. Kuko irembo ryagutse n’inzira yagutse bijana mu mahonero, kandi abantu benshi ni vyo bacamwo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Muce mw irembo ripfunganye; kukw irembo ryagutse, n’inzira y’igihamo, ari vyo bijana abantu mu mahonero, kand’ abahaca ni benshi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |