Matayo 6:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Iyo musenga, ntimuvuge amajambo menshi nk’abatizera Imana, biyumvira ko Imana ibumva kubera amajambo menshi bavuze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Kandi ni mwasenga, ntimukabomboranye amanwa nk’ukw abanyamahanga bagira: biyumvira yuko bazokwumvirwa kubg’ amajambo yabo menshi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |