Matayo 6:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Nta muntu n’umwe yoshobora gushimisha abakoresha babiri: agerageje kunezereza umwe yosanga yababaje uwundi; kandi agerageje kuba umwizigirwa kuri umwe yosanga yahemukiye uwundi. Nta muntu ashobora gukoreshwa n’Imana ngo yongere akoreshwe n’amahera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Nta wusaba abami babiri: kuko yokwanka umwe, agakunda uwundi, canke yoguma kur’ umwe, akagaya wa wundi. Ntimushobora gusaba Imana n’Itunga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |