Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 6:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Ariko nimutaharira abandi ivyaha vyabo, na So wo mw’ijuru ntazobaharira namwe ivyaha vyanyu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Ariko ni mutāharira abantu ivyaha vyabo, na So na we ntazobaharira ivyaha vyanyu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 6:15
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uko ni ko na Data wo mw’ijuru azobagirira nimutaharira bene So bivuye ku mutima.”


Harahiriwe abagira imbabazi, kuko na bo bazozigirirwa.


Kuko nimwaharira abantu ibibi babakoreye, na So wo mw’ijuru azobaharira namwe.


Ariko nimutaharira abandi, na So wo mw’ijuru ntazobaharira ivyaha mwakoze.]”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ