Matayo 6:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Ubwami bwawe buze, ivyo ugomba bibe mw’isi nk’uko biba mw’ijuru. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 ubgami bgawe buze, ivyo ugomba bibe mw isi nk’uko biba mw ijuru. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Nca mbona intebe z’inganji zicaweko n’abahawe ubushobozi bwo guca imanza. Hanyuma nca mbona imishaha y’abaciwe imitwe bahorwa gushingira intahe Yesu no kuvuga ijambo ry’Imana. Abo ntibigeze basenga ca gikoko canke ngo basenge igishushanyo caco, kandi ntibashizweko ikimenyetso caco ku ruhanga canke mu kiganza. Nuko basubira kuba bazima, baganzanya na Kristo imyaka igihumbi.