Matayo 5:45 - Bibiliya mu Kirundi coroshe45 kugira ngo mumere nk’abana ba Data wo mw’ijuru, kuko atuma izuba ryiwe ryakira ababi n’abeza akagwishiriza imvura abagororotse n’abatagororotse. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)45 kugira ngo mube abana ba So wo mw ijuru, kukw atuma izuba ryiwe rirasira ababi n’abeza, kand’ aha imvura abagororotsi n’abagabitanya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |